Cryptomonnaie, E-Commerce na Affiliation Marketing Business / Ziriko Zironsa Cash ???? ???? ???? Ben

Votre vidéo commence dans 10
Passer (5)
Formation gratuite en FR pour les membres inscrits sur les sites de vidéos

Merci ! Partagez avec vos amis !

Vous avez aimé cette vidéo, merci de votre vote !

Ajoutées by admin
78 Vues
Cryptomonnaie, E-Commerce na Affiliation Marketing Business / Ziriko Zitungisha Benshi

Kino kiganiro tugikoze mu ntumbero yo kukwereka business zo muri 2022 ziriko ziratungisha abantu benshi muri africa mbere no kuyindi migabane yisi.

nayishize ahabona ntaguhamagarira kubikora ngo woca utunga ariko nkayandi ma business yose , uvyize neza , ukavyigishwa n'abantu babizi urashobora gushika ku gutera imbere.

Terera ivyiyumviro hanyuma ugire na partage kugirango nabandi bavyumve hanyuma bibakangurire gukora no guteza imbere abacu.

Ndagushimiye hanyuma gira subscribe/s'abonner, like, share.

Urakoze cane
Catégories
E commerce Affiliations

Ajouter un commentaire

Connectez-vous ou inscrivez-vous pour poster un commentaire.

Commentaires

Soyez le premier à commenter cette vidéo.