#Burundi #InnovationWeek Aba bajeunes entrepreneur bo mu Rubirizi bobo rero ngo bazanye ibitanganza.

Votre vidéo commence dans 20
Passer (5)
Objectif millionnaire : passer de 0 à un patrimoine de 30 millions et plus

Merci ! Partagez avec vos amis !

Vous avez aimé cette vidéo, merci de votre vote !

Ajoutées by admin
67 Vues
#Burundi #InnovationWeek Aba bajeunes entrepreneur bo mu Rubirizi bobo rero ngo bazanye ibitanganza. Bafishe ishirahamwe ryitwa #MAKIMBU (Makara Kigazi Mbabura Burundi) ngo rikora imbabura, ifuru zisa hamwe n'amakara akorwa mu mashami y'ibigazi kandi ngo arazimbutse, aragwira agahisha ningoga. Akabirya rero ngo nuko ayo makara aboneka batarinze guca ibiti, gutyo bakaba bakingiye ibidukikije. Umviriza nawe, ugire ico ubivuzeko.
Catégories
Entrepreneur

Ajouter un commentaire

Connectez-vous ou inscrivez-vous pour poster un commentaire.

Commentaires

Soyez le premier à commenter cette vidéo.